عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Hud [Hud] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 104

Surah Hud [Hud] Ayah 123 Location Maccah Number 11

وَمَا نُؤَخِّرُهُۥٓ إِلَّا لِأَجَلٖ مَّعۡدُودٖ [١٠٤]

Burya ntitubarindirije umusi w’izuka atari ukugira ngo umwe wese aheze ikiringo yategekanirijwe kuba kw’isi, nticunguruzwa kandi ntigisubizwa inyuma.