عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Hud [Hud] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 83

Surah Hud [Hud] Ayah 123 Location Maccah Number 11

مُّسَوَّمَةً عِندَ رَبِّكَۖ وَمَا هِيَ مِنَ ٱلظَّٰلِمِينَ بِبَعِيدٖ [٨٣]

Ayo mabuye yariko ibimenyetso biturutse ku Mana yawe Rurema Allah, bituma adasa n’amabuye yo kw’isi; kandi icucagira ry’amabuye Twahanishije abantu ba Luutwi, ntiriri kure ko ryoshikira abagarariji b’Abakorayishi birenganije[13].