The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesJoseph [Yusuf] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 111
Surah Joseph [Yusuf] Ayah 111 Location Maccah Number 12
لَقَدۡ كَانَ فِي قَصَصِهِمۡ عِبۡرَةٞ لِّأُوْلِي ٱلۡأَلۡبَٰبِۗ مَا كَانَ حَدِيثٗا يُفۡتَرَىٰ وَلَٰكِن تَصۡدِيقَ ٱلَّذِي بَيۡنَ يَدَيۡهِ وَتَفۡصِيلَ كُلِّ شَيۡءٖ وَهُدٗى وَرَحۡمَةٗ لِّقَوۡمٖ يُؤۡمِنُونَ [١١١]
Ntumwa y’Imana! Mu vyo Twakwiganiye rero kuri kahise k’Intumwa zacu, harimwo inkebuzo ku bantu b’abanyabwenge. Qor’ani ntiyigeze iba amajambo y’irementanya, ariko Twayimanuye kugira ishimangire ibiri mu Bitabu vyamanuwe aho hambere yayo, inatomorere abantu ibirekuwe n’ibizira, iheze ibere uburongozi n’impuhwe abantu b’abemeramana.