The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesJoseph [Yusuf] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 19
Surah Joseph [Yusuf] Ayah 111 Location Maccah Number 12
وَجَآءَتۡ سَيَّارَةٞ فَأَرۡسَلُواْ وَارِدَهُمۡ فَأَدۡلَىٰ دَلۡوَهُۥۖ قَالَ يَٰبُشۡرَىٰ هَٰذَا غُلَٰمٞۚ وَأَسَرُّوهُ بِضَٰعَةٗۚ وَٱللَّهُ عَلِيمُۢ بِمَا يَعۡمَلُونَ [١٩]
Hahavuye rero haza abantu barengana, maze barungika umuntu umwe muri bo ngo aje kuvoma. Nya muntu araheza aterera indobo mu kinogo kirekire c’iriba, Yusufu aca arayifata arayenenako, wa muntu agize ngo aramubona, aca avuga n’akanyamuneza n’akantu ati: “Ehe yemwe ikibondo kiri hano!”. Inkuru y’itorwa rya Yusufu, abari kumwe n’uwo muntu ku rugendo bayigize nk’akamizwe n’ingoma, bati: “Uyu ni ikidandazwa twibangikanije!”. Burya Imana Allah, Irazi neza ivyo bakora kuri Yusufu.