The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesJoseph [Yusuf] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 58
Surah Joseph [Yusuf] Ayah 111 Location Maccah Number 12
وَجَآءَ إِخۡوَةُ يُوسُفَ فَدَخَلُواْ عَلَيۡهِ فَعَرَفَهُمۡ وَهُمۡ لَهُۥ مُنكِرُونَ [٥٨]
Haciye imyaka itari mike rero, ni ho benewabo na Yusufu bashengera muri Misiri bomowe n’amapfa yabateye, maze binjira kwa Yusufu, na we aca arabamenya ariko bobo ntibamumenya bivanye n’igihe kitari gito cari giheze;