عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Pilgrimage [Al-Hajj] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 45

Surah The Pilgrimage [Al-Hajj] Ayah 78 Location Maccah Number 22

فَكَأَيِّن مِّن قَرۡيَةٍ أَهۡلَكۡنَٰهَا وَهِيَ ظَالِمَةٞ فَهِيَ خَاوِيَةٌ عَلَىٰ عُرُوشِهَا وَبِئۡرٖ مُّعَطَّلَةٖ وَقَصۡرٖ مَّشِيدٍ [٤٥]

Hari uducimbiri twinshi rero twirenganije mu kugarariza, Turaheza Twebwe Allah Duhonya abatubamwo, maze nya ducimbiri dusigara tugaragara ata n’igisanira kiharangwa, amariba bavomamwo arasiba, n’inyubakwa zikomeye zishajije babamwo, ntizabakingiye namba ibihano.