The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe Light [An-Noor] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 43
Surah The Light [An-Noor] Ayah 64 Location Maccah Number 24
أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ يُزۡجِي سَحَابٗا ثُمَّ يُؤَلِّفُ بَيۡنَهُۥ ثُمَّ يَجۡعَلُهُۥ رُكَامٗا فَتَرَى ٱلۡوَدۡقَ يَخۡرُجُ مِنۡ خِلَٰلِهِۦ وَيُنَزِّلُ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مِن جِبَالٖ فِيهَا مِنۢ بَرَدٖ فَيُصِيبُ بِهِۦ مَن يَشَآءُ وَيَصۡرِفُهُۥ عَن مَّن يَشَآءُۖ يَكَادُ سَنَا بَرۡقِهِۦ يَذۡهَبُ بِٱلۡأَبۡصَٰرِ [٤٣]
Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwabonye ko Imana Allah Isunika ibicu Ikabiganisha aho Ishatse, hanyuma Ikavyegeranya bimaze gutatana, mu nyuma Ikabigwiriranya bigaheza bikaremera, maze ukabona imvura iraguye ivuye muri nya bicu izananye mu kirere, Ikanatuma n’imvura y’urubura igwa ivuye mu bicu bingana umusozi mu kirere, maze nya mvura ikagwa ahari abo Imana Allah Ishatse ko bayikorako mu biremwa, Igaheza Ikanayihitisha ahari abo Ishatse ku mvo z’ivyagezwe vyayo! Umuco w’umuravyo urabiriza muri nya bicu ku bukari bwawo, uhakwa kumena amaso uwuwuravye.