عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Light [An-Noor] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 55

Surah The Light [An-Noor] Ayah 64 Location Maccah Number 24

وَعَدَ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مِنكُمۡ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ لَيَسۡتَخۡلِفَنَّهُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ كَمَا ٱسۡتَخۡلَفَ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡ وَلَيُمَكِّنَنَّ لَهُمۡ دِينَهُمُ ٱلَّذِي ٱرۡتَضَىٰ لَهُمۡ وَلَيُبَدِّلَنَّهُم مِّنۢ بَعۡدِ خَوۡفِهِمۡ أَمۡنٗاۚ يَعۡبُدُونَنِي لَا يُشۡرِكُونَ بِي شَيۡـٔٗاۚ وَمَن كَفَرَ بَعۡدَ ذَٰلِكَ فَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡفَٰسِقُونَ [٥٥]

Imana Allah, Yasezeraniye abayemeye muri mwebwe bagakora n’ivyiza bitegetswe, ko bitebe bitebuke Itegerezwa kubakomorera ibihugu vy’ababangikanyamana, Ikabibaragiza nk’uko Yabigenjeje ku bemeramana bo hambere yabo; Ikazonabatsimbatariza idini ryabo ry’ubwislamu Yabashimiye, Ikazonabatekanisha inyuma y’aho batekerewe n’ubwoba. Ivyo Nzobibatunganiriza Jewe Allah mu gihe bonsenga batambangikanya n’ikintu na kimwe. Uwuzogarariza inyuma y’ivyo vyose rero akihakana inema zanje Jewe Allah, azoba ari mu bigaba birenga ku mabwirizwa yanje.