The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesTHE ANT [An-Naml] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 60
Surah THE ANT [An-Naml] Ayah 93 Location Maccah Number 27
أَمَّنۡ خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ وَأَنزَلَ لَكُم مِّنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءٗ فَأَنۢبَتۡنَا بِهِۦ حَدَآئِقَ ذَاتَ بَهۡجَةٖ مَّا كَانَ لَكُمۡ أَن تُنۢبِتُواْ شَجَرَهَآۗ أَءِلَٰهٞ مَّعَ ٱللَّهِۚ بَلۡ هُمۡ قَوۡمٞ يَعۡدِلُونَ [٦٠]
Babaze kandi uti: “Mbega burya Imana Allah Yaremye amajuru n’isi, Ikanabamanurira n’imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, gutyo Ikabatotahariza imirima iteye igomwe, mutari gupfa munagishije ibiti vyayo ku bwanyu iyo hataba nya mvura yaguye ku bw’Imana Allah, si Yo Ikwiye gusengwa! None hoba hariho iyindi mana yaremye nk’ivyo, kugira ngo iheze isengwe mu gishingo c’Imana Allah!”. Ahubwo rero ababangikanyamana, ni abantu bahusha inzira y’ukwemera vy’ukuri, bagaheza bakabangikanya Imana Allah n’ibiremwa vyayo.