The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesTHE ANT [An-Naml] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 69
Surah THE ANT [An-Naml] Ayah 93 Location Maccah Number 27
قُلۡ سِيرُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَٱنظُرُواْ كَيۡفَ كَانَ عَٰقِبَةُ ٱلۡمُجۡرِمِينَ [٦٩]
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abahakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, uti: “Ehe nimugendagende kw’isi, muheze mwirabire iherezo ry’abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, uko ryagenze”.