مريم ابنت عمران عليها السلام موسوعة القرآن الكريم
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe Story [Al-Qasas] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 76
Surah The Story [Al-Qasas] Ayah 88 Location Maccah Number 28
۞ إِنَّ قَٰرُونَ كَانَ مِن قَوۡمِ مُوسَىٰ فَبَغَىٰ عَلَيۡهِمۡۖ وَءَاتَيۡنَٰهُ مِنَ ٱلۡكُنُوزِ مَآ إِنَّ مَفَاتِحَهُۥ لَتَنُوٓأُ بِٱلۡعُصۡبَةِ أُوْلِي ٱلۡقُوَّةِ إِذۡ قَالَ لَهُۥ قَوۡمُهُۥ لَا تَفۡرَحۡۖ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يُحِبُّ ٱلۡفَرِحِينَ [٧٦]
Mu vy’ukuri Qaaruuni, yari mu bantu ba Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) araheza abishimako. Twebwe Allah, Twaranahaye Qaaruuni amatungo menshi, kugera n’aho impfunguruzo z’ububiko bwa nya matungo zaterurwa n’umugwi w’abagabo b’imirya. Igihe rero abantu ba Qaaruuni bamubwira bamuhanura bati: “Ntugire amanyama mu kwishimira amatungo yawe; mu vy’ukuri Imana Allah, ntikunda na gato abanyamanyama bishimira ivyo bafise, ha kuyishimira ku nema zayo;

