عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The family of Imran [Aal-e-Imran] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 165

Surah The family of Imran [Aal-e-Imran] Ayah 200 Location Madanah Number 3

أَوَلَمَّآ أَصَٰبَتۡكُم مُّصِيبَةٞ قَدۡ أَصَبۡتُم مِّثۡلَيۡهَا قُلۡتُمۡ أَنَّىٰ هَٰذَاۖ قُلۡ هُوَ مِنۡ عِندِ أَنفُسِكُمۡۗ إِنَّ ٱللَّهَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٞ [١٦٥]

Bemeramana! Mbega igihe mushikiwe n’ikiza ku rugamba rwa Uhudi, hakicwa igitigiri c’abantu muri mwebwe, kandi na mwe mwarishe mu babangikanyamana ku rugamba rwa Badri igitigiri kingana n’ico kabiri, ni ho mwoca muvuga mwitangaza muti: “Twaneshejwe gute kandi turi abislamu, turi kumwe n’Intumwa y’Imana!”. Muvugishwamana! Babwire uti: “Ikiza cabashikiye, caturutse kuri mwebwe nyene, ku kubera ukutubahiriza itegeko ry’Intumwa yanyu mu kuva mu bibanza vyanyu, mukaja kwegeranya iminyago”. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Mushoboravyose;