The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe family of Imran [Aal-e-Imran] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 91
Surah The family of Imran [Aal-e-Imran] Ayah 200 Location Madanah Number 3
إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَمَاتُواْ وَهُمۡ كُفَّارٞ فَلَن يُقۡبَلَ مِنۡ أَحَدِهِم مِّلۡءُ ٱلۡأَرۡضِ ذَهَبٗا وَلَوِ ٱفۡتَدَىٰ بِهِۦٓۗ أُوْلَٰٓئِكَ لَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ وَمَا لَهُم مِّن نَّٰصِرِينَ [٩١]
Mu vy’ukuri, abahakanye bivuye inyuma ubutumwa bwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bagapfa bakigarariza Imana Allah n’Intumwa yayo, ku musi w’izuka nta n’umwe muri bo azokwemererwa gutanga inzahabu zuzuye isi yose kugira yigombore mu bihano vy’Imana Allah, n’aho yoba ashoboye koko kuzitanga mu kwigombora, abo ni bo rero bategekanirijwe ibihano bibabaza cane, eka mbere ntibazoronka ababatabara mu kubakingira ibihano vy’Imana Allah.