عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Luqman [Luqman] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 13

Surah Luqman [Luqman] Ayah 34 Location Maccah Number 31

وَإِذۡ قَالَ لُقۡمَٰنُ لِٱبۡنِهِۦ وَهُوَ يَعِظُهُۥ يَٰبُنَيَّ لَا تُشۡرِكۡ بِٱللَّهِۖ إِنَّ ٱلشِّرۡكَ لَظُلۡمٌ عَظِيمٞ [١٣]

Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Luqmaani yahanura umuhungu wiwe akamubwira ati: “Mwananje! Ntukabangikanye Imana Allah ngo wirenganye, mu vy’ukuri ibangikanyamana, ni akarenganyo n’icaha rutura”.