عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Luqman [Luqman] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 21

Surah Luqman [Luqman] Ayah 34 Location Maccah Number 31

وَإِذَا قِيلَ لَهُمُ ٱتَّبِعُواْ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ قَالُواْ بَلۡ نَتَّبِعُ مَا وَجَدۡنَا عَلَيۡهِ ءَابَآءَنَآۚ أَوَلَوۡ كَانَ ٱلشَّيۡطَٰنُ يَدۡعُوهُمۡ إِلَىٰ عَذَابِ ٱلسَّعِيرِ [٢١]

Iyo abaharira ku bijanye n’isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah babwiwe bati: “Enda nyabuna rero, nimukurikire ivyo Imana Allah Yamanuriye Umuvugishwamana wayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah)”, baca bishura bati: “Ahubwo nyabuna dukurikira ivyo twasanze abavyeyi bacu bakora mu gusenga ibigirwamana”. Karashize ingani bakore ivyo, n’aho shetani yobaryosharyosha mu kibi, ibararikira kuja mu bihano vy’umuriro wama wegenyejwe!