The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesLuqman [Luqman] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 27
Surah Luqman [Luqman] Ayah 34 Location Maccah Number 31
وَلَوۡ أَنَّمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ مِن شَجَرَةٍ أَقۡلَٰمٞ وَٱلۡبَحۡرُ يَمُدُّهُۥ مِنۢ بَعۡدِهِۦ سَبۡعَةُ أَبۡحُرٖ مَّا نَفِدَتۡ كَلِمَٰتُ ٱللَّهِۚ إِنَّ ٱللَّهَ عَزِيزٌ حَكِيمٞ [٢٧]
Ni ukuri, iyo ibiti vyose biri kw’isi bihinduka ikaramu, amazi y’amabahari yose hiyongeyeko n’ayandi mabahari indwi, yose agacika irangi, maze bikandika amajambo y’Imana Allah yerekeye ubumenyi n’ingingo vyayo, ivyo Ihishurira abamalayika n’Intumwa zayo; nya karamu zovungaguritse, na nya mazi y’amabahari yose yokamye imbere yuko amajambo y’Imana Allah ahera kwandikwa. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora[7].