The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesLuqman [Luqman] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 7
Surah Luqman [Luqman] Ayah 34 Location Maccah Number 31
وَإِذَا تُتۡلَىٰ عَلَيۡهِ ءَايَٰتُنَا وَلَّىٰ مُسۡتَكۡبِرٗا كَأَن لَّمۡ يَسۡمَعۡهَا كَأَنَّ فِيٓ أُذُنَيۡهِ وَقۡرٗاۖ فَبَشِّرۡهُ بِعَذَابٍ أَلِيمٍ [٧]
Iyo asomewe Aayah za Qor’ani arazirengagiza n’amanyama n’akantu, akagenza umugongo, akica amatwi nk’uwutazumva, ukamengo yarazivye amatwi. Ntumwa y’Imana! Umuntu nk’uyo, uramushikiriza inkuru y’incamugongo, ko yagenewe ibihano bibabaza ku musi w’izuka.