The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesSaba [Saba] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 7
Surah Saba [Saba] Ayah 54 Location Maccah Number 34
وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ هَلۡ نَدُلُّكُمۡ عَلَىٰ رَجُلٖ يُنَبِّئُكُمۡ إِذَا مُزِّقۡتُمۡ كُلَّ مُمَزَّقٍ إِنَّكُمۡ لَفِي خَلۡقٖ جَدِيدٍ [٧]
Abagararije babwiranye hagati yabo n’itebura n’akantu bati: “Mbega mwodukundira tukabarangira umuntu ababwira ko nimwamara gupfa mugacika ubunywenywe, muzoheza mukaremwa bushasha maze mukazuka!