عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Women [An-Nisa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 145

Surah The Women [An-Nisa] Ayah 176 Location Madanah Number 4

إِنَّ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ فِي ٱلدَّرۡكِ ٱلۡأَسۡفَلِ مِنَ ٱلنَّارِ وَلَن تَجِدَ لَهُمۡ نَصِيرًا [١٤٥]

Mu vy’ukuri, indyarya zizohanirwa mu nyenga y’umuriro ku musi w’izuka. Ntumwa y’Imana! Menya neza kandi ko utazokwigera uzironkera umutabazi azikingira ibihano;