The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe Women [An-Nisa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 174
Surah The Women [An-Nisa] Ayah 176 Location Madanah Number 4
يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّاسُ قَدۡ جَآءَكُم بُرۡهَٰنٞ مِّن رَّبِّكُمۡ وَأَنزَلۡنَآ إِلَيۡكُمۡ نُورٗا مُّبِينٗا [١٧٤]
Emwe bantu! Ni ukuri, icemezo co kurungikwa kw’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ivuye ku Mana yanyu Rurema Allah, caramaze kubashikira; Twaranabamanuriye n’Igitabu ca Qor’ani kugira kibabere umuco ubagaragariza uburongozi nyabwo.