عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Women [An-Nisa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 45

Surah The Women [An-Nisa] Ayah 176 Location Madanah Number 4

وَٱللَّهُ أَعۡلَمُ بِأَعۡدَآئِكُمۡۚ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ وَلِيّٗا وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ نَصِيرٗا [٤٥]

Burya Imana Allah Irazi kubarusha abansi banyu n’urwanko babafitiye. Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Muhagarikizi-Rutunganya, Ibatunganiriza ivyanyu. Imana Allah Iranakwiye kuba ari Yo Muterangoga, Ituma mutsinda abansi banyu.