عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Women [An-Nisa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 80

Surah The Women [An-Nisa] Ayah 176 Location Madanah Number 4

مَّن يُطِعِ ٱلرَّسُولَ فَقَدۡ أَطَاعَ ٱللَّهَۖ وَمَن تَوَلَّىٰ فَمَآ أَرۡسَلۡنَٰكَ عَلَيۡهِمۡ حَفِيظٗا [٨٠]

Uwo wese yumviye Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) agakurikiza n’inyigisho zayo, ni ukuri aba yumviye Imana Allah, yubahirije n’amabwirizwa yayo. Nayo uwirengagije kwumvira Imana Allah n’Intumwa yayo, namenye ko wewe Tutakurungitse kugenzura no kubungabunga ibikorwa vy’abirengagiza ngo ubibahanire;