The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe Women [An-Nisa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 84
Surah The Women [An-Nisa] Ayah 176 Location Madanah Number 4
فَقَٰتِلۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ لَا تُكَلَّفُ إِلَّا نَفۡسَكَۚ وَحَرِّضِ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۖ عَسَى ٱللَّهُ أَن يَكُفَّ بَأۡسَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْۚ وَٱللَّهُ أَشَدُّ بَأۡسٗا وَأَشَدُّ تَنكِيلٗا [٨٤]
Muvugishwamana! Rwanira rero idini ry’Imana Allah n’aho vyoshika ugasigara uri wenyene, ntuzobazwa kiretse ku vyo wakoze ku gatwe kawe. Uraheza kandi uhimirize n’abemeramana guharanira idini ry’Imana Allah, kumbure Imana Allah Izohagarika ukwiganza kw’abagarariji. Burya Imana Allah Irahambaye mu guhana kwayo, Irahana Igahasha.