عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Council, Consultation [Ash-Shura] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 6

Surah Council, Consultation [Ash-Shura] Ayah 53 Location Maccah Number 42

وَٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ مِن دُونِهِۦٓ أَوۡلِيَآءَ ٱللَّهُ حَفِيظٌ عَلَيۡهِمۡ وَمَآ أَنتَ عَلَيۡهِم بِوَكِيلٖ [٦]

Na barya bigiriye mu gishingo cayo imana zibahagarikira maze bakazisenga, nibamenye ko Imana Allah Ibungabunga ibikorwa vyabo kugira Izobibahanire ku musi w’izuka. Ntumwa y’Imana! Kira noneho, si wewe ujejwe guhagarikira ivyo bakoze ngo uzobibazwe, ahubwo ujejwe gusa kubagabisha ku bihano vyacu;