The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesMuhammad [Muhammad] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 17
Surah Muhammad [Muhammad] Ayah 38 Location Madanah Number 47
وَٱلَّذِينَ ٱهۡتَدَوۡاْ زَادَهُمۡ هُدٗى وَءَاتَىٰهُمۡ تَقۡوَىٰهُمۡ [١٧]
Nayo abakurikiye uburongozi, Imana Allah Iraheza Ikabongerereza uburongozi ku bwo bari basanganwe, maze ukwemera kwabo kugakomera; Ikanaborohereza mu kubashoboza gushikira igamburukiramana ryiyongera ku ryo bari basanganwe.