The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesMuhammad [Muhammad] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 20
Surah Muhammad [Muhammad] Ayah 38 Location Madanah Number 47
وَيَقُولُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَوۡلَا نُزِّلَتۡ سُورَةٞۖ فَإِذَآ أُنزِلَتۡ سُورَةٞ مُّحۡكَمَةٞ وَذُكِرَ فِيهَا ٱلۡقِتَالُ رَأَيۡتَ ٱلَّذِينَ فِي قُلُوبِهِم مَّرَضٞ يَنظُرُونَ إِلَيۡكَ نَظَرَ ٱلۡمَغۡشِيِّ عَلَيۡهِ مِنَ ٱلۡمَوۡتِۖ فَأَوۡلَىٰ لَهُمۡ [٢٠]
Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bavuga n’igishika n’akantu bati: “Ubwo none, ntihomanurwa igisomwa kidutegeka guharanira idini mu guhangana n’umwansi ku rugamba!”. Hamanurwa igisomwa gitomoye mu nsiguro n’ingingo vyaco, hakavugwamwo uguhangana ku rugamba, ukabona abafise imitima yazingamitswe n'indwara y’uburyarya mw’idini, amaso yabakanutse ku gutinya urupfu, bakuraba barerembuza amaso nk’uwuri ku mpfiro. Vyari vyiza kuri bo rero;