The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesMuhammad [Muhammad] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 35
Surah Muhammad [Muhammad] Ayah 38 Location Madanah Number 47
فَلَا تَهِنُواْ وَتَدۡعُوٓاْ إِلَى ٱلسَّلۡمِ وَأَنتُمُ ٱلۡأَعۡلَوۡنَ وَٱللَّهُ مَعَكُمۡ وَلَن يَتِرَكُمۡ أَعۡمَٰلَكُمۡ [٣٥]
Bemeramana! Ntimugacike inkokora ngo mutinye guhangana n’ababangikanyamana ku rugamba, mubararikira kwishikana kandi ari mwebwe benintsinzi mushoboye no kubanesha; burya Imana Allah, Iri kumwe na mwe mu kubatera intege, kandi ntizogabanya indishi ku vyo mwakoze.