عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Table Spread [Al-Maeda] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 83

Surah The Table Spread [Al-Maeda] Ayah 120 Location Madanah Number 5

وَإِذَا سَمِعُواْ مَآ أُنزِلَ إِلَى ٱلرَّسُولِ تَرَىٰٓ أَعۡيُنَهُمۡ تَفِيضُ مِنَ ٱلدَّمۡعِ مِمَّا عَرَفُواْ مِنَ ٱلۡحَقِّۖ يَقُولُونَ رَبَّنَآ ءَامَنَّا فَٱكۡتُبۡنَا مَعَ ٱلشَّٰهِدِينَ [٨٣]

N’iyo bumvise Qor’ani yahishuriwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), ubona amosozi yicunda mu maso, biturutse ku kuri batahuye, ko kuva ku Mana Allah [25] kukabanyura, bagaheza rero bakemanga bavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Twakwemeye twanakurikiye n’Intumwa yawe. Kubera ivyo rero, duhe iteka ryo kwandikwa hamwe n’intungane mu bakurikiye Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bazoba ivyabona vy’ukuri vyagiriza abagarariji ku musi w’izuka;