عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Event, The Inevitable [Al-Waqia] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 40

Surah The Event, The Inevitable [Al-Waqia] Ayah 96 Location Maccah Number 56

وَثُلَّةٞ مِّنَ ٱلۡأٓخِرِينَ [٤٠]

Hamwe rero n’umugwi w’abantu benshi bakurikiye mu nyuma gushika ku musi w’iherezo.