عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The Iron [Al-Hadid] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 23

Surah The Iron [Al-Hadid] Ayah 29 Location Madanah Number 57

لِّكَيۡلَا تَأۡسَوۡاْ عَلَىٰ مَا فَاتَكُمۡ وَلَا تَفۡرَحُواْ بِمَآ ءَاتَىٰكُمۡۗ وَٱللَّهُ لَا يُحِبُّ كُلَّ مُخۡتَالٖ فَخُورٍ [٢٣]

Ivyo rero mukwiye kubimenya, kugira ntimwicwe n’intuntu ku vyabacitse kw’isi, no kugira ivyo muronkejwe n’Imana Allah ntibibatere ubwishime n’amanyama. Burya Imana Allah, ntikunda namba abagira amanyama ku vyo bahawe, bakishima ku bandi;