عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

The heights [Al-Araf] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 127

Surah The heights [Al-Araf] Ayah 206 Location Maccah Number 7

وَقَالَ ٱلۡمَلَأُ مِن قَوۡمِ فِرۡعَوۡنَ أَتَذَرُ مُوسَىٰ وَقَوۡمَهُۥ لِيُفۡسِدُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَيَذَرَكَ وَءَالِهَتَكَۚ قَالَ سَنُقَتِّلُ أَبۡنَآءَهُمۡ وَنَسۡتَحۡيِۦ نِسَآءَهُمۡ وَإِنَّا فَوۡقَهُمۡ قَٰهِرُونَ [١٢٧]

Indongozi mu bantu ba Firawuni, zarahejeje zibwira Firawuni ziti: “Ubu urakenyeye ureke Musa n’abamukurikiye muri Bene Israyeli bidegemvye, kugira bonone igihugu ca Misiri mu guhindura idini ryacu, baheze basenge Imana Imwe Rudende Allah, bavavanure n’isengwa ryawe hamwe n’iry’ibigirwamana vyawe!”. Firawuni araheza azishura ati: “Tugiye kubahasha mu kwica abana b’abahungu muri Bene Israyeli, duheze dusigaze gusa abana b’abakobwa kugira tubagire abajakazi bacu, kandi mu vy’ukuri twebwe tuzobatsinda, tubaganze dukoresheje inguvu z’ubutegetsi”.