عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

He Frowned [Abasa] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 22

Surah He Frowned [Abasa] Ayah 42 Location Maccah Number 80

ثُمَّ إِذَا شَآءَ أَنشَرَهُۥ [٢٢]

Hanyuma igihe Yabishatse, Izomuzura, Imusubize ubuzima, kugira Imuharurire Inamuhembere ivyo yakoze.