The Noble Qur'an Encyclopedia
Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languagesThe Overthrowing [At-Takwir] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 14
Surah The Overthrowing [At-Takwir] Ayah 29 Location Maccah Number 81
عَلِمَتۡ نَفۡسٞ مَّآ أَحۡضَرَتۡ [١٤]
Ivyo vyose nivyashika, umuntu wese rero azomenya ico yakoze; caba iciza canke ikibi.