عربيEnglish

The Noble Qur'an Encyclopedia

Towards providing reliable exegeses and translations of the meanings of the Noble Qur'an in the world languages

Repentance [At-Taubah] - Kirundi translation - Yusuf Gheti - Ayah 33

Surah Repentance [At-Taubah] Ayah 129 Location Madanah Number 9

هُوَ ٱلَّذِيٓ أَرۡسَلَ رَسُولَهُۥ بِٱلۡهُدَىٰ وَدِينِ ٱلۡحَقِّ لِيُظۡهِرَهُۥ عَلَى ٱلدِّينِ كُلِّهِۦ وَلَوۡ كَرِهَ ٱلۡمُشۡرِكُونَ [٣٣]

Imana Allah, ni Yo Yarungikanye Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) Igitabu ca Qor’ani n’idini ry’ubwislamu, kugira iryo dini riganze ayandi madini yose n’aho vyobabaza ababangikanyamana.